BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga (top story)
MINUSCA: ONU iriyamiriza iyicwa ry’umusirikare w’Umurundi muri Centrafrique
Abaye umusirikare agize kane w'Umurundi yishwe muri ico gihugu mu kiringo kidashika ukwezi, inyuma y'abandi batatu bishwe ku wa 25 z'ukwezi guheze.
Bobi Wine avuga ko ubuzima bwiwe bubangamiwe inyuma y'amatora
Bobi Wine arahakana ivyavuye mu matora yatsinzwe na Yoweri Museveni agiye kurongora igihugu mu kindi kiringo c'imyaka itanu kigira gatandatu
Amareta 50 yose ya Amerika ameze magabo kubera imigumuko ishobora kuba
Ingabo zijejwe umutekano w'igihugu ziturutse mu gihugu cose zashitse i Washington DC mu ntumbero yo gukomeza umutekano.
Spice Diana ati 'Nsaba Imana ko twosubirana Uganda yacu nziza'
Spice Diana avuga ko ibihe bigoye Uganda yari imazemwo iminsi vyagize ingaruka mbi ku banyamuziki, akipfuza ko ibintu vyosubira mu buryo kugira ngo ibikorwa vyabo bibandanya ukuri kwamye.
Uganda: Museveni yatsinze amatora
Umurwi ujejwe gutegura amatora muri Uganda uhejeje kwemeza ko Perezida Yoweri Museveni yatsinze amatora yo ku wa 14 z'uku kwa mbere 2021, ku majwi 58.64 %..
WhatsApp yongereje igihe ntarengwa co 'kwemera impinduka'
Iyi kompanyi yegukira Facebook ivuga ko buri muntu ayikoresha ategerezwa kwemera izi mpinduka adashatse naho ahebe kuyikoresha
Imigumuko ya Capitol: Abanyamadini rukristu bashigikiye Trump
Abanyamadini rukristu bashigikiye Perezida Donald Trump bari mu bantu ibihumbi n'ibihumbi bari mu myiyerekano i Washington DC mu ndwi iheze.
Nyamugigima yahitanye abaharurwa muri mirongo muri Indonesia
Iyi nyamugigima yabareye mw'izinga rya Sulawesi ejo ku wa gatanu, abaharurwa mu majana bakaba barakomeretse mbere inahitana ibitaro
Bobi Wine yavuze ko ari we watsinze amatora
Kyagulanyi usanzwe ari umudepite mu nteko ya Uganda, yavuze ko ubu ari bwo urugamba rutangiye.
Ibiganiro bya radiyo
Umviriza, Imvo n'imvano ku mibereho y'abaturage ba Rubavu, nyuma ya Covid-19 yatumye imipaka ifungwa, Umwanya bimara 59,00
Iki kiganiro kiribanda ku mibereho y’abaturage mu mujyi wa Rubavu mu Burengerazuba bw’u Rwanda. Ni umujyi uhana imbibi n’umujyi wa Goma muri Repubulika ya Demokrasi ya Congo.
Umviriza, Imvo n'Imvano
Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.
Umviriza, Ibibazo vyanyu kuri Covid-19 birishurwa na Muganga, Umwanya bimara 4,05
Ibibazo vyanyu kuri Covid-19 birishurwa na Muganga: Mbe umuntu arashobora gusubira kwandura Covid-19 yari yarayikize?
Covid-19: Ubuzima busanzwe buzagaruka mu mpera y'umwaka utaha – Prof Sahin
Urukingo rwa coronavirus ruzatangira gutanga umusaruro ugaragara ku mpeshyi itaha, nkuko bivugwa na Profeseri Ugur Sahin warukoze.
Reba ikarita yerekana uko Covid-19 iri gukwira ku isi
Iyi ni ikarita yerekana uko coronavirus iri gukwirakwira mu bihugu by'isi.
Ikarata y'ikibiriraho y'ukuntu coronavirus imeze muri Afrika
Raba kuri iyi karata y'ikibiriraho uko coronavirus imeze muri Afrika
Video, Rio de Janeiro muri Brezile, abirabure bakiri bato baricwa cane kurusha abazungu..., Umwanya bimara 5,13
Itohoza rya BBC ryasanze mu muji Rio de Janeiro muri Brezile abirabura bakiri bata bicwa kenshi cane kurusha bagenzi babo b'abazungu
Video, "Papa w'agatwengo"... yamamaye kw'isi..., Umwanya bimara 2,11
Uyu mutama yabaye rurangiranwa nyuma yaho afatiwe n'agatwengo ariko arakora video yo kwipfuriza umuhungi wiwe isabukuru nziza...
Video, Amatora muri Uganda 2021: Ibintu bitanu ukeneye kumenya, Umwanya bimara 3,42
Mu gihe muri Uganda hitezwe amatora y'umukuru w'igihugu ku tariki 14/01/2021, ibi ni ibintu bitanu nyamukuru ukeneye kumenya ari ayo matora
Video, Umwaka mwiza wa 2021!, Umwanya bimara 1,35
Mu kwipfurizanya umwaka mwiza mushasha 2021, I Scotland ubu ni ubuhinga burimwo ubwenge ndengeramuntu bwakoreshejwe.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kenya hatowe ubwoko bushasha bwa Covid
Ubwo bwoko Kenya cisangije bwatowe mu bumanuko bushira ubuseruko bwa Kenya
'Uko nabiretse' - Halima Aden w'i Kakuma icyamamare mu mideri na hijab
Umunyamideri wa mbere ukomeye cyane wambara hijab, Halima Aden, yabwiye BBC impamvu yavuye mu ruganda rwa 'fashion'
Hoya, ntabwo ruhindura DNA yawe - Kunyomoza ibihuha ku rukingo rwa Covid
Twarebye ku bihuha bine bitari ukuri bivugwa cyane ku nkingo za Covid-19.
“Ubu hoho tubona ko bitoroshe” – Umunyagihugu i Bujumbura
Inyuma y'amezi ashika abiri nta bwandu bwa coronavirus buvuzwe mu gihugu, kuva kuwa gatatu w'indwi iheze hamaze gutangazwa abashika 140.
Ongera wumve ibiganiro by'abagore na Bazamuganga
Umviriza, Sada Nahimana: "Naho hari abibaza ko ndi rurangiranwa muri tennis, ntaho ndashika", Umwanya bimara 5,27
Sada Nahimana, umukobwa ari muri bake cane b'Abarundikazi bakina umukino wa tennis ku rwego rw'umwuga, avuga ko ingorane ahura nazo zitoroshe
Umviriza, Kwuzuzanya kurashoboka mu budasa bw'imico y'abantu, Umwanya bimara 5,54
Muri kimwe mu bitabo bitanu uyu mwanditsi w'umurundikazi amaze gusohora avuga ko burya, abantu mu budasa bwabo ari bamwe, kandi ico umwe wese yifuza ari ukwemerwa uko ari.
Umviriza, Kubera iki Esther Nish yaririmvye indirimwo "Kavorivori"?, Umwanya bimara 5,02
Kubera iki Esther Nish yaririmvye indirimwo "Kavorivori"?
Umviriza, Pascasie Nyirahabimana, umwe mu bagore bake bigisha ubugenge mu Rwanda, Umwanya bimara 4,14
Bamubwiraga ko atazabishobora ariko ubu yigisha ubugenge (phisics) muri Kaminuza y'u Rwanda
Ibiganiro vyihariye
Video, Ingaruka z’amabere y’amavyimbano, Umwanya bimara 2,44
Abahinga basigura nk’ingene abayavyimbishije bakunze kubarwa ubwa kabiri. Barasigura n’izindi ngaruka abenshi batamenya kur'aya mabere akunze kwitwa ‘amaterano’.
Podcast
Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango
James Harden yagurishijwe muri Brooklyn Nets
Harden yari aherutse kubwira abanyamakuru ko "ibintu bimeze nabi muri Rockets ku buryo bidashobora gukemuka", byatumye bamubuza kuza kwitozanya n'abandi ejo kuwa gatatu.
Video, Bimwe mu bitsindo 10 bikomeye vyinjijwe mu nkino 10 zanyuma z'igikombe ca FA, Umwanya bimara 3,00
Raba bimwe mu bitsindo 10 bikomeye vyinjijwe mu nkino 10 zanyuma z'igikombe ca FA mu myaka 25 iheze
Lakers yizeye kuzasura Biden muri White House
Los Angeles Lakers yizeye kuzeye kugarura umuco w'uko abatwaye igikombe cya NBA basura perezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika.
Pochettino yagenywe nk'umumenyereza wa Paris St-Germain
Mauricio Pochettino yahoze amenyereza Tottenham na Southampton yagenywe kuba umumenyereza w'umurwi wo mu Bufaransa, Paris St-Germain, akaba asubiriye Thomas Tuchel aherutse kwirukanwa
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane
Radiyo, igitangaza makuru kigikunzwe cyane